[go: up one dir, main page]

Jump to content

Boliviya

Kuva Wikipedia
Ibendera rya Boliviya
Ikarita ya Boliviya

Boliviya ni igihugu kimwe mubihugu biri muri Amerika.

  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 1.098.581 ( umuliyoni n'ibihumbi mirongo icenda n'amajana atanu na mirongo umunani na kimwe)
  • Abanyagihugu: 11.217.864 (imiliyoni cumi n'umwe n'ibihumbi amajana abiri na cumi n'indwi n'amajana umunani na mirongo itandatu na Bane) muri 2018 ( ibihumbi bibiri na cumi n'umunani)
    21F Bolivia Fraude Evo Morales ( mumuji)