[go: up one dir, main page]

Jump to content

Ibiyayura umutwe

Kuva Wikipedia
Isubiramwo ryo kuwa 10:06, 26 Nzero 2012 rya Ripchip Bot (ganira | intererano) (r2.7.1) (Robot: Adding hif:Alcoholism)
Ibiyayura umutwe

Ibiyayura umutwe ni ibintu bihindura ingene umubiri wawe usanzwe ukora. Bironona amagara kandi biragoye kuvyihanganira no kubiheba.

Inzoga hamwe n’ibiyayura umutwe bimwe bimwe biratuma umuntu yihebura, n’ukuvuga yuko bishobora gutuma umuntu yumva ko yijiriwe, agira ivyiyumviro bibi, canke acika ikiyingiyingi. Rimwe na rimwe abantu bijiriwe canke bihebuye baca banywa inzoga zikaze kugira ngo bibagire ingorane bafise canke bagabanye ububabare, ariko ntibabone ko ivyo bituma bihebura gusumba canke indwara yabo yongerekana.