The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 42 (Monday 17 October 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-42
Amakuru y'ubuhinga aheruka avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abandi bakoresha ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Ibintu biherutse gushirwa mubikorwa vy' ingingo z'igice zidasanzwe:Rondeza bizogarukira kumigambi ya Wikipedia gusa. Insiguro nyishi ziri muri T320510. [1]
- Ikosa ryateje intambamyi mugucukura ibice vy'ikigabane mubidasanzwe: Rondeza ryakosowe. insiguro nyinshi ziri muri T320406.
Impinduka zo muri ino ndwi
- igice gishasha ca MediaWiki kizoba kiri mw'igeragezwa kuri za wiki na MediaWiki.org kuva 18 Gitugutu. Kizoba kiri kuri wiki atari iza Wikipedia n'izindi Wikipedia kuva 19 Gitugutu. Kizoba kiri kuri wiki zose kuva 20 Gitugutu (ikirangamisi).
- Abanditsi b'ikigabane Lua bashobora gukoresha
mw.loadJsonData()
kugirango bacukumbure ibiri kumpapuro zo kuri JSON. [2] - Abanditsi b'ikigabane Lua bashobora gushoboza
require( "strict" )
mukwongera amakosa kuri kode zimwe z'intambamyi zishoboka. Ibi bisubiriza "Ikigabane:No globals" kuri wiki nyinshi. [3]
Impinduka zo muri kazoza
- Ikiranga Beta kuri Igikoresho c'ikiyago kizoba kiri ku mwanya kuri wiki nyinshi. Akamenyetso "reply" kazoboneka bitandukanye inyuma y'iyi mpinduka. [4]
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga igisubizo • Iyandikishe canke wikureko.